nigihe cokwibukwa n imana
isaya.54.7
Imana iti mbaye ndagutaye akanya gato arikonzo kugarukira ngufitiye igishika chinshi uyunumwaka wokwibukwa n imana
uwoyibutse biramenyekana ubuzima bugahinduka mwene data igiye kukugarukako numuvuduko mwishi nubwo wabona usanuwa tawe ibyobirashika haribintu bine4 bituma Imana iba iretse umuntu gata muzobisanga mugice gikurikira ntucike intege harimpanvu zituma iduheba gato haracari ivyizi giro kubuzima bwawe tuzokomeza munsi ivyobintu bine 4 amene
